1 Timoteyo 6:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Abagomba gutunga barageragezwa hanyuma bakagwa mu mitego y’ivyipfuzo vy’ubupfu, bitwara abantu mu guhomba no mu guhona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Arikw abagomba kuba abatunzi bagwa mu nyosha no mu mutego no mu kwifuza kwinshi kw’ubupfu gusinzikaza, kudobeza abantu mu bibonona bikabarandura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |