Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Timoteyo 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Umupfakazi akwiye kuja ku rutonde rw’abafashwa akwiye kuba arenza imyaka mirongo itandatu, akaba yari umwizigirwa ku mugabo wiwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ntihakagire umupfakazi yandikirwa gufashwa ataramara imyaka mirongwitandatu y’amavuka, kandi handikwe uwar’ afiswe n’umugabo umwe gusa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Timoteyo 5:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umudiyakoni ategarazwa kuba umugabo afise umugore umwe, kandi ashoboye gutunganya abana biwe n’urugo rwiwe.


Umurongozi akwiye kuba inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, atekereje, aganza ingeso ziwe, yubahwa, yakira abantu, kandi ashoboye kwigisha,


Na yo abapfakaye bakiri bato, ntuzobashire kuri urwo rutonde. Kuko ukwipfuza kw’umubiri kwabo kwohava kubarengera bakava mu kwiyegurira Kristo bakagomba kurongorwa.


Nohanura rero abapfakazi bakiri bato ko bosubira kurongorwa, bakavyara abana, bagatunganya ingo zabo. Ni ho umwansi atazoronka ico abavugako.


Nimba hari umugore atunze abapfakazi mu nzu iwe, nabe ari we abafasha kugira ngo ntibaremere ishengero, kugira ngo rifashe abatagira ic’epfo ca ruguru bonyene.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ