Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Timoteyo 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko umupfakazi afise abana n’abuzukuru, bakwiye kubereka ukwubaha Imana kwabo mu kubitwararika, ni ho bazoba bishuye abavyeyi babo ivyo babakoreye, kandi ivyo birahimbara Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ariko, umupfakazi wese, namb’ afise abana cank’ abuzukuru, ni babanze kwiga kwubaha Imana ku vyo bagirira ababo, no kwishura ivyiza abavyeyi babo: kukw ivyo ari vyo bishimwa mu nyonga z’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Timoteyo 5:4
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko basubirana na we i Nazareti, kandi yama abumvira. Nuko nyina abika ivyo vyose mu mutima wiwe.


Ibi ni vyo vyiza bishimisha Imana yo mukiza wacu,


Nimba hari umugore atunze abapfakazi mu nzu iwe, nabe ari we abafasha kugira ngo ntibaremere ishengero, kugira ngo rifashe abatagira ic’epfo ca ruguru bonyene.


Bakwiye kuzibwa iminwa kuko bariko basambura inzu y’Imana mu kwigisha ivyo batari bakwiye kwigisha, kandi ivyo babikora ku bw’inyungu zabo mbi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ