1 Timoteyo 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Na yo abapfakaye bakiri bato, ntuzobashire kuri urwo rutonde. Kuko ukwipfuza kw’umubiri kwabo kwohava kubarengera bakava mu kwiyegurira Kristo bakagomba kurongorwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arikw abapfakazi bakiri bato ntubemerere, kuko kwifuza kw’umubiri ni kwamara kubatera kugarariza Kristo bazogomba kwābīrwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |