1 Timoteyo 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 kandi akaba ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiwe vyiza nko kurera neza abana, kwakira abandi i muhira, kwoza ibirenge vy’abera, gufasha abari mu ngorane, ndetse akaba yariyeguriye gukora ibikorwa vyiza vy’ubwoko bwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 handikwe ūshimirwa ibikorwa vyiza, namba yararera abana, namba yaratanga indāro, yarōza ibirenge vy’abera, yarafasha abababaye, yarashishikara gukurikira ibikorwa vyiza vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |