1 Timoteyo 4:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ukwimenyereza kw’umubiri ni kwiza, ariko ukwimenyereza kwubaha Imana ni kwiza gusumba, kugira ikimazi muri ubu buzima no mu buzoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 kuko kwimenyereza kw’umubiri kugira ikimazi kuri bike, ariko kwubaha Imana kugira ikimazi kuri vyose, kuko kuzana isezerano ry’ubugingo bga none n’ubuzoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |