1 Timoteyo 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Babuza abantu kurongora, bakabategeka kutarya imfungurwa zimwezimwe, izo Imana yaremye kugira ngo abizeye bakamenya ukuri bazifungure bashima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 baziza kwābīrana, baziza n’ivyo kurya, kand’ ari vyo Imana yaremye kugira ngw abizera, bakamenya ivy’ ukuri, babirye bashima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |