1 Timoteyo 4:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Igituma dukora tukaruha, ni uko twizera Imana nzima, yo Mukiza w’abantu bose, na canecane w’abizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kukw igituma dutama tukāma mu ntambara ar’ uko twizigiye Imana nzima, ni yo Mukiza w’abantu bose, cane‐cane w’abizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |