1 Timoteyo 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mpwemu Yera abivuga atomoye ko mu misi ya nyuma abantu bamwe bazova mu kwizera kwabo bakurikire impwemu zibesha n’inyigisho ziva ku badayimoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ariko Mpwemu avuga avyeruye yuko mu bihe bizoza bamwe bazota ivyizerwa, bagashira umutima ku vy’ impwemu zizimiza no ku vy’ inyigisho z’abadayimoni, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |