1 Timoteyo 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Bategerezwa kandi kuba bazigamye neza ukuri kw’ukwizera, badafise ijwi ribagiriza mu mitima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko bagumye ibanga ry’ukwizera, bafise imitima itarimw’ ijwi ribāgiriza ikibi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |