1 Timoteyo 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ategerezwa kuba atakiri umwana mu kwizera, ahandi ho yohava agwa mu caha c’ukwishira hejuru, akazocirirwa urubanza rumwe na Satani. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi ntakwiye kuba muto mu kwizera, kugira ngo ntiyikakishe, ngw atembe, agacirwakw iteka wa Murwanizi yaciriweko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |