1 Timoteyo 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ategerezwa kuba uwushobora gutunganya urugo rwiwe, abana biwe bakamugamburukira kandi bakamusonera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 aganza neza abo mu rugo rwiwe, abana biwe bamwumvira, yanka umugayo wose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |