1 Timoteyo 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Umurongozi akwiye kuba inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, atekereje, aganza ingeso ziwe, yubahwa, yakira abantu, kandi ashoboye kwigisha, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nuk’ umuzezwashengero akwiye kutabak’ umugayo, kand’ akwiye kuba umugabo afise umugore umwe gusa; abe ūtarenza urugero, adahugumba, aganza ingeso ziwe, akunda gutanga indāro, afise ubgenge bgo kwigisha, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |