1 Timoteyo 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Umudiyakoni ategarazwa kuba umugabo afise umugore umwe, kandi ashoboye gutunganya abana biwe n’urugo rwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Umukozi w’ishengero wese abe umugabo afise umugore umwe gusa, aganza neza abana biwe n’abo mu rugo rwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |