Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Timoteyo 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Kandi n’abagore ndashaka ko bagira inyambaro ibereye, badashazisha gutsiba imishatsi canke kwambara inzahabu, imaragarita canke impuzu z’igiciro kinini,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi n’abagore nyene, ndagomba ko bambara imyambaro biberanye, bagendane isoni badahugumba kandi badashazisha gutsiba umushatsi, cank’ izahabu, cank’ imaragarita, cank’ impuzu z’igiciro kinini,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Timoteyo 2:9
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nimba atari uko, mwagiyeyo kuraba iki? Umuntu yambaye impuzu z’igiciro kinini? Haba na mba! Abambara impuzu z’igiciro kinini bari mu birimba vy’abami.


ariko bashazishe ibikorwa vyiza, bibereye abagore bavuga ko bubaha Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ