Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Timoteyo 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Singomba ko abagore bigisha canke bategeka abagabo. Bumvirize banumye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ariko sinkundira umugore ko yigisha canke kw aganza umugabo, arikw atekereze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Timoteyo 2:12
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abagore bazogume banumye mw’ishengero. Ntibemerewe kuvuga, ahubwo bicishe bugufi nk’uko ivyagezwe bivuga.


kuganza ingeso zabo kandi babe abatanduye, biteho ivy’ingo zabo, bagire ubugwaneza, bubahe abagabo babo, kugira ngo ntibatukishe ijambo ry’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ