1 Timoteyo 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 canke ngo bateshe umwanya abantu mu vy’imigani myinshi n’urukurikirane rudahera rwa ba sekuruza. Ivyo bizana impari, aho gufasha mu gikorwa c’Imana co gukiza, ico tumenya mu kwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ntibababare ivy’ imigani y’ibinyoma n’ivyo kuzīrōra ivy’ akārōnda katagira iherezo, bidafasha igikorwa c’Imana gikorera mu kwizera, ariko bizana impāri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |