1 Timoteyo 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Timoteyo, mwana wanje, aya ni yo mabwirizwa ndaguhaye, mfatiye ku majambo yigeze kukuvugishwako, kugira ngo niwayakurikiza uze ugwane intambara nziza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Iri bgirizwa ndariguhaye, mwana wanje Timoteyo, nk’ukw abavugishwa n’Imana bākuvuzeko ubga mbere, ng’ ufashwe na vyo kurwana intambara nziza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |