1 Timoteyo 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ndashimira Umwami wacu Kristo Yesu, we yampaye inkomezi, akambonamwo ubwizigirwa, akanzeza imirimo yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ndashimira Kristo Yesu Umwami wacu yabinshoboje, kuko yanyiyumviriye ko nd’uwo kwizigirwa, akampa ubusuku: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |