1 Tesalonike 5:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Imana yo nyene, yo Mana y’amahoro, ibandanye ibeza; kandi impwemu, imishaha n’imibiri vyanyu bizosangwe bitagira agasembwa ku musi w’ukuza kw’Umwami wacu Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kand’ Imana Nyen’ amahoro ibe ari yo ibeza rwose: kand’ impwemu yanyu n’ubugingo n’umubiri vyose hamwe bizigamwe, ngo bize bisangwe bitagira umugayo, ah’ Umwami wacu Yesu Kristo azozira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |