1 Tesalonike 5:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Mwame mushima Imana mu bibashikira vyose kuko ari kwo gushaka kw’Imana kuri mwebwe abari muri Kristo Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |