1 Tesalonike 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Uko twizera ko Yesu yapfuye hanyuma akazuka, ni ko twizera ko Imana imugarukanye azoza azananye n’abasinziriye muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Uko twizera yuko Yesu yapfuye akazuka, abe ari ko twizera yukw abāsinziririye muri Yesu, Imana izobazanana na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |