1 Tesalonike 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bene Data, twarababwiye uko mukwiye kwigenza kugira ngo munezereze Imana, kanatsinda ni ko mubayeho. Ubu naho turabasaba tubinginga mw’izina ry’Umwami Yesu ngo murushirize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Nuko bene Data, ibisigaye, turabinginga tubahanūra mu Mwami Yesu, nk’uko mwize kuri twebge ingene mukwiye kugenda no kunezereza Imana (kandi ni ko mugenda), murushirize cane kugenza murtyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |