Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Tesalonike 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mbega ni gute twoshimira Imana bikwiye umunezero dufise ku bwanyu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 N’ishimwe ki twoshobora kwishura Imana kubganyu, kubg’ umunezero wose tubanezererwa imbere y’Imana yacu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Tesalonike 3:9
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Imana ishimwe, yo yatugize imbohe zayo, ikaguma iturongora ubudasiba mu kwigina intsinzi ya Yesu. Iciye kuri twebwe, imenyekanisha Kristo kuri bose nk’umubavu umota neza.


Imana ishimwe ku bw’iyi ngabire yayo y’akaburarugero!


Mbega ikidutera ivyizigiro n’umunezero canke igitsibo tuzokwirata imbere y’Umwami wacu Yesu Kristo igihe azozira ni ikihe? Si mwebwe?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ