1 Tesalonike 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 N’igihe twari kumwe namwe, twamye tubaburira ko dushobora guhamwa, kandi vyabaye ukwo nyene nk’uko na mwebwe mubizi neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kandi hamwe twari kumwe namwe, twababūriye yuko tutazobura kubabazwa; kandi ni ko vyābaye, murabizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |