1 Tesalonike 3:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Imana yo nyene ari yo Data, n’Umwami wacu Yesu Kristo, baducire inzira kugira ngo dushobore kuzobagendera vuba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Non’ Imana yacu ubgayo, ni yo Data wa twese, n’Umwami wacu Yesu, agorore inzira yacu yo kuza iyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |