1 Tesalonike 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Dusenga ubudahumeka ijoro n’umurango, kugira ngo bikunde tugaruke iwanyu tubafashishe ivyo muhajije mu kwizera kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Dusenga cane ijoro n’umurango kugira ngo twibonanire namwe imbonankubone, tunonosore ivyasigaye ku kwizera kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |