1 Tesalonike 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ntitwigeze na rimwe turondera guhabwa icubahiro n’abantu, baba mwebwe, canke uwundi muntu uwo ari we wese, naho nk’intumwa za Kristo twari twemerewe kugira ivyo tubasavye dukoresheje ububasha dufise. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi ntitwarondera icubahiro co ku bantu, ari kuri mwebge canke ku bandi: naho tuba twarashoboye kubaremēra, kuko tur’ intumwa za Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |