Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Tesalonike 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Twaripfuje kuza iwanyu, kandi jewe Pawulo navyipfuje kenshi, ariko Satani aradutangira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 kuko twagomba kuza i wanyu, mbere jewe Paulo kubigomba si rimwe ni kabiri kose, Satani akatubuza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Tesalonike 2:18
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Bene Data, nshaka ko mumenya ko nagerageje kenshi kuza kubaramutsa, ariko ko bitarankundira kugeza ubu. Ngomba gukorana namwe kugira ngo ndonke ivyamwa vyo mu buryo bw’impwemu, nk’uko maze kubibona mu bandi Banyamahanga.


Icatumye nteba kuza iwanyu, ni uko nariko ndavuga Ubutumwa muri izo ntara.


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje.


kuko n’igihe nari i Tesalonike, mwagumye mundungikira ivyo nari nkeneye.


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje. Ubuntu bw’Imana bubane namwe.


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje, ni co kimenyetso mu makete yanje yose. Uku ni ko nandika.


mpisemwo kubikwingingira mu rukundo. Ndakwinginze jewe Pawulo, umutama kandi vyongeye ubu nkaba n’imbohe ya Kristo Yesu,


Ntuterwe ubwoba n’imibabaro ugiye gucamwo, kuko wa mubi agiye gushira bamwe muri mwebwe mw’ibohero kugira ngo akugerageze. Muzobabazwa imisi cumi. Ariko niwaguma mu bwizigirwa gushika ku gupfa, nzoguha igitsibo c’ubugingo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ