1 Tesalonike 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 batubuza kubarira abanyamahanga ngo bakire; na ntaryo buzuza ingero y’ivyaha vyabo. Arik’ uburake bububiriye kubamara rwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |