1 Tesalonike 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Twarabatera intege, tukabaremesha, tukabahimiriza ngo mubeho ubuzima bubereye abantu b’Imana, yo yabahamagariye kuba mu Bwami bwayo n’ubwiza vyayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 kugira ngo mugende nk’uko bibereye ab’ Imana, ibahamagarira kuja mu bgami bgayo no mu bgiza bgayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |