1 Tesalonike 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 kuko na bo nyene ubwabo bama bavuga ukuntu mwatwakiriye neza, n’ukuntu mwahevye ibigirwamana mugahindukirira Imana nzima kandi y’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kuko bose bīvugira ubgabo inkuru z’ingene twaje muri mwebge, kand’ ingene mwahindukiriye Imana, mugaheba ibigirwamana, ngo mukorere Imana nyakuri kandi nzima, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |