1 Tesalonike 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 kuko Ubutumwa Bwiza twabazaniye atari amajambo gusa, ariko bwarimwo ubushobozi, kuko Mpwemu Yera yabahaye ukwemezwa mu mitima ko ivyo twababwira kwari ukuri. Kandi murazi ingene twigenza muri mwebwe ku bwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 kuk’ ubutumwa bgacu butābashitseko ar’ amajambo yonyene ariko bgarimwo n’ubushobozi na Mpwemu Yera, no kumara amazinda rwose; namwe murazi ubugene twari tumeze hagati muri mwebge kubganyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |