1 Tesalonike 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Iyo tubasengera ku Mana ari yo Data, twama twibuka ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, ibikorwa vyanyu bisunitswe n’urukundo, hamwe rero n’ukwihangana kuva mu vyizigiro mufise mu Mwami wacu Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 twibuka ubudasība ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, n’ubutame buva mu rukundo, n’ukwihangana kuva ku kwizigira Umwami wacu Yesu Kristo, imbere y’Imana yacu, ni yo Data wa twese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |