Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Tesalonike 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Twama dushima Imana ku bwanyu, kandi tubasengera ubudahumeka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Mwese tubashimira Imana imisi yose, tubahoza mu kanwa uko dusenze,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Tesalonike 1:2
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko, Imana ishimwe, kuko naho mwigeze kuba abagurano b’icaha, ubu mwarumviye n’imitima yanyu yose ukuri kuri mu nyigisho mwakiriye.


Nama nshima Imana ku bwanyu ku bw’ingabire y’ubuntu mwaherewe muri Kristo Yesu.


Imisi yose dushima Imana, Se w’Umwami wacu Yesu Kristo, iyo tubasengera,


Turashima Imana kandi ko igihe mwakira ijambo ry’Imana mwatwumvanye, mutaryakiriye nk’amajambo asanzwe y’abantu, ariko mwaryakiriye nk’ijambo ry’Imana, nk’uko riri koko. Kandi iryo Jambo ni ryo ribandanya gukorera muri mwebwe abizera.


Mbega ni gute twoshimira Imana bikwiye umunezero dufise ku bwanyu?


Bene Data, birabereye ko dushima Imana ku bwanyu, kuko ukwizera kwanyu kubandanya gukomera, kandi n’urukundo mugiriranira hagati yanyu na rwo rukaba ruguma rugwira.


Nama nshima Imana ibihe vyose iyo ndiko ndagusengera,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ