1 Tesalonike 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kandi baranavuga ukuntu mwiteganye igishika ukugaruka kw’Umwana w’Imana azoza avuye mw’ijuru, ari we Yesu, uwo Imana yazuye mu bapfuye. Ni we yadukijije uburake buzoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 kandi ngo mwitege Umwana wayo kw ava mw ijuru, umwe yazura imukuye mu bapfuye, ni Yesu, adukiza uburake bugira buze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |