1 Petero 4:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko mwibuke ko bazorenguka imbere y’intebe y’imanza y’Imana kugira ngo babazwe ivyo bakoze vyose, igihe izocira urubanza abantu bose, abazoba bakiriho n’abazoba barapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 mugabo ni bo bazobazwa ivyo n’uwiteguye kuzoca imanza z’abakiriho n’abapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |