1 Petero 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Nibabatuka babahora izina rya Kristo, muze munezerwe kuko Mpwemu w’ubwiza ari we Mpwemu w’Imana ari kuri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Iyo mututswe muhōwe izina rya Kristo, muba muhiriwe: kuko Mpwemu w’ubgiza, ari we Mpwemu w’Imana, aba kuri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |