1 Petero 3:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ubu rero Yesu yarasubiye mw’ijuru. Yicaye mu kibanza c’iteka i buryo bw’Imana kandi abamarayika, abanyabushobozi n’abanyabubasha bose bari musi y’ubushobozi bwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 ar’i buryo bg’Imana, kuko yagiye mw ijuru, amaze guhabga gutwara abamarayika n’abanyabubasha n’abanyabushobozi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |