1 Petero 3:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko naho mwobabazwa muhorwa gukora ivyiza, Imana izobibahezagirira. “Ntimugatinye abantu kandi ntimugahagarike imitima yanyu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Yamara naho mwobabazwa muhōwe ukugororoka, mwoba muhiriwe. Ntimuze mutinye ivyo babakangisha, ntimuhagarike imitima, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |