1 Petero 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Kuko inyonga z’Uhoraho ziri ku bagororotsi kandi amatwi yiwe ayabangira ugusenga kwabo. Ariko igitsure ciwe kiri ku bakora ibibi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kukw inyonga z’Uhoraho ziri ku bagororotsi, N’amatwi yiwe ari ku vyo basenga, Arikw igitsure c’Uhoraho kiri ku bakora ibibi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |