Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Petero 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kuko: “Umuntu wese ashaka ubugingo no kubona imisi myiza, narinde ururimi rwiwe kuvuga ikibi, n’iminwa yiwe kuvuga ibinyoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kuko handitswe, ng’ Ūgomba gukunda ubugingo, No kubona imisi myiza, N’abuze ururimi rwiwe, rwoye kuvuga ikibi, N’iminwa yiwe yoye kuvuga ivy’ uguhendana:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Petero 3:10
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Ni kuki umbaza ivyerekeye iciza? Umwiza ni umwe. Nimba ugomba kwinjira mu bugingo, kurikiza amabwirizwa.”


Kuko uwugomba gukiza ubugingo bwiwe, azobubura. Ariko uwubuheba ku bwanje no ku bw’Ubutumwa Bwiza, azobukiza.


Yesu abonye Natanayeli aje amutumbereye, amuvugako ati: “Ng’uwu Umwisirayeli w’ukuri atagira ubugunge.”


Umuntu wese akunda ubuzima bwiwe muri iyi si azobubura, ariko umuntu wese yanka ubuzima bwiwe muri iyi si azobuzigama ibihe bidashira.


Abiyumvira ko bemewe kubera idini ryabo, ariko ntibirinde mu vyo bavuga, baba bihenda kandi kuba mw’idini kwabo nta co bimaze.


Mwiyambure rero ingeso mbi zose. Muve mu bubeshi, uburyarya, ishari, hamwe n’amajambo mabi yose.


“Ntiyigeze acumura na rimwe, kandi ntiyigeze abesha umuntu n’umwe.”


Nta bubeshi bwava mu kanwa kabo kandi ntibagira umugayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ