1 Petero 2:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ku musaraba, Kristo ubwiwe yishizeko ivyaha vyacu, kugira ngo kamere muntu kacu ko gukunda icaha gapfe, tubeho dukunda gukora ivyo kugororoka. Mu bikomere vyiwe ni ho dukura gukira ingwara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ubgiwe yikoreye ivyaha vyacu mu mubiri wiwe, abambge ku giti, kugira ngo dupfuye ku vyaha tubeho ku kugororoka; inguma ziwe ni zo zabakijije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |