1 Petero 2:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Kuko, Imana yabahamagariye gukora ivyiza, mbere no mu gihe ivyo bishobora kubashikana mu mibabaro, nk’uko Kristo na we yababajwe ku bwanyu. Ni we citegererezo canyu kandi mutegerezwa kumwigana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ivyo ni vyo mwahamagariwe, kuko na Kristo yabababarijwe, akabasigarana icitegererezo, kugira ngo mugere ikirenge mu ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |