1 Petero 2:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Kuko nimba mwihanganiye guhanwa muhorwa gucumura, n’irihe teka ivyo vyobatera? Ariko nimba mubabazwa muhorwa kuba mwakoze ivyiza hanyuma mukihanganira iyo mibabaro, Imana irabanezererwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Mwokwihanganira gukubitwa ibipfunsi muhōwe icaha, mwokwihaya iki? Ariko mwokwihanganira kubabazwa muhōwe gukora neza, ivyo ni vyo bishimwa ku Mana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |