1 Petero 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kuko ico Imana igomba n’uko mukora ivyiza, bigatuma abatubaha Imana babura ico babavuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kukw ivy’ Imana igomba ar’ uk’ ugukora neza kwanyu kuba agahomerabunwa ku bantu b’imburabgenge batagira ico bazi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |