1 Petero 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kera ntimwari ubwoko, ariko ubu muri ubwoko bw’Imana, kera ntimwari bwagirirwe imbabazi, ariko ubu mwarazigiriwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 kera nta bantu mwarimwo, ariko noneho mur’ abantu b’Imana; kera ntimwaribgagirirwe imbabazi, ariko noneho mwarazigiriwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |