1 Petero 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Kandi biciye muri ukwo kwizera, murakingiwe n’ubushobozi bw’Imana, kugeza mushikiriye ako gakiza kateguwe kuzohishurwa mu gihe c’iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 mwebge abazigamwa n’ubushobozi bg’Imana kubg’ ukwizera, muzigamirwa agakiza kāteguwe kuzohishurwa mu gihe c’iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |