1 Petero 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 ariko ijambo ry’Uhoraho ryo rihoraho ibihe vyose.” Kandi iryo jambo ni bwo Butumwa Bwiza mwabwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arikw ijambo ry’Uhoraho ryamah’ ibihe bidashira. Kand’ iryo ni ryo jambo ry’ubutumwa bgiza mwabgiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |