1 Petero 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 ahubwo ni amaraso y’igiciro kinini ya Kristo, Umwagazi w’intama w’Imana utagira icaha canke umugayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 ariko mwacungujwe amaraso y’igiciro kinini, nk’ay’ umwagazi w’intama utagira agasembga cank’ ibara, ni yo ya Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |